Iwacu - Sat-B

Iwacu - Sat-B

  • Year of release: 2017
  • Language: Swahili
  • Duration: 4:36

Below is the lyrics of the song Iwacu , artist - Sat-B with translation

Lyrics " Iwacu "

Original text with translation

Iwacu

Sat-B

Vers 1:

Hommy !! Hommy !! Muntu ugana iwacu

Reka nkutume hariya kwa Mama

Umubwire yuko mukumbuye

Iyo mwibutse Oooh ndasarara

Hommy !! hommy! Muntu uja I Burundi

Ukagera hariya I Bujumbura

Kumayira abiri

Uti ndabakumbuye

Igihe kazoza tubonane !!

Uti nanse kubona nicwa n’inzara

Nanse kubona Mama yicwa n’inzara

Hageze igihe akazi karabura

Kuko Abonse rimwe bashamiranye

Layla akarira akarira, akabura ikimuhoza

Kubwo kubura ico muha

Hariya iwacu kuri ya misozi

«iwacu ndahakumbuye»

Mfise intuntu yo gusubirayo

«abiwacu ndabakumbuye»

Hariya iwacu kuri ca kiyaga

«iwacu ndahakumbuye»

Mfise intuntu yogusubirayo

«Ab'iwacu ndabakumbuye

Spoken:

«(#Leyla) papa je t aime uzoza ryari kumbuye kumbuye "

Vers 2:

Harya ubuto butegurira ubusaza

Inkoni nzokwitwaza mu butama

Ni ngombwa Ndayice nkiri muto

Sije nabizanye !

Tuvukira mu bibazo

Tukongera tukabikuriramwo

Kuko tuzira ivyo tutazi

Bigatuma tutabona imbere

Ooooh! Oooh! MANA!!!

Ehe amagara yarankitse

Mu mahanga muc’abandi

Ibibi burya bibaho

No kwihangana bikabaho

Ariko uri iwanyu biroroha

Ukihanganira vyose

Hariya iwacu kuri ya misozi

«iwacu ndahakumbuye»

Mfise intuntu yo gusubirayo

«abiwacu ndabakumbuye»

Hariya iwacu kuri ca kiyaga

«iwacu ndahakumbuye»

Mfise intuntu yogusubirayo

«Ab'iwacu ndabakumbuye

Other songs by the artist:

1

Feel Love

Sat-B • 2017

2

Talk To Me

Sat-B • 2020

3

In My Heart

Miss Erica, Sat-B • 2019

4

Baby Girl

Sat-B, Herbert Skillz • 2020

5

Cheatinga

Belle 9ice, Sat-B • 2021

6

Dat Ting

Belle 9ice, Sat-B • 2021

7

Gacugere

Sat-B, Bain Turo • 2020

8

Niko Bien

Sat-B • 2020

9

Sidibe

Sat-B • 2020

10

Ce Soir

Sat-B, Herbert Skillz • 2020

11

Cousin

Sat-B • 2020

12

Forgive Me

Sat-B • 2021

13

Hug Me

Sat-B, Otile Brown • 2021

14

Don't Cry

Sat-B, Aslay • 2019

15

Too Much

Sat-B • 2017

New texts and translations on the site:

2+ million lyrics

Songs in different languages

Translations

High-quality translations into all languages

Quick search

Find the texts you need in seconds